ComplotcontreleFNL01..

Transcription

ComplotcontreleFNL01..
/
1
'Rt?CONtIDENTlltL'
.
.
JeucîL27
Âoût2Qd9!ahZ4rno'49s
.
.'
'.
"0:
.
En date de : Lun
<[email protected]>
De:
ndabirabe
27.7.09, ndabirabe
gelase
a écrit:
gelase <[email protected]>
Objet: Re : CONFIDENTIEL
À: "ahmed nyotori" <[email protected]>
Date: Lundi 27 Juillet
2009, 12h20
Komera.
Narabonye ivyo warungikanye urya muntu. Naronse akanya
gatoyi ko kucishamwo ijisho ariko narabonye ko hari
ibikenewe cane kukubwira:
1. emblème yanyu itegerezwa kudasa n'iyindi canke
izindi zatanzwe n'abandii ibi biraba na drapeau, devise.
Harya mwashizemwo
imiheto itatu musigura amoko atatu
murakuramwo irya miheto kuko intambara yaheze kandi urazi
ko
n'ummwe wundi nawe ari imiheto yakoresheje. Wewe rero
shiramwo ibipfunsi bitatu bisigura ugukorera hamwe
n'inguvu za bose zikenewe kugira ngo igihugu gitere
imbere. Ahubwo mwokongeramwo
n'igipfunsi c'abatwa
n'abaganwa tutibagiwe na ba musulmans. Vyoca biba
ibipfunsi hafi ya 6.
Ku bijanye na devise harya hari travail murashobora
kuhashira développement kuko na travail ariyo kurondera
iterambere. Gurtyo ntaco muzoba mwishe kandi n'aba~di
ntimuzoba mubinjiriyemwo.
Birya bipfunsi vyose zizoba
iguvu zishize hamwe zirondera iterambere.
Amabara arashobora
bitwaye.
kuguma
kurya mwabitunganije
ari
ntaco
2. Muribuka kwerekana dimensions za drapeau yanyu
n'aho bayipfundikiraira
ku mugozii ivyo birakenewe
kugira ngo uwuyiraba amenye uko asoma iwyanditseko
imanitse

Documents pareils