Re: confidcntiel!!!!!!

Transcription

Re: confidcntiel!!!!!!
1
4
gukurikira:
Prezida, Secrétaire Général,Sécrétaires
Nationaux, etc...
Nta ba vice-prezida
bangahe bakenewe kuko Prezida ni
coordinateur.
Imirimo ya minsi yose iraba Secrétaire
Général. Ariko kubera ko Secrét. Général ashobora kugumuka
muca muraba ingene amabanga ayasabikanya na Prezida kugira
ntihazokwigere
haba ukugumuka kwa Secrét. Général kwotuma
imirimo y'icama ihagarara. Nta ba conseillers bakenewe mu
mugambwe kuko icama atari ministère; abc bahanuzi
ntibakenewe na gato kuko les Secrétaires Nationaux bahari.
Muramenya ko Icama ari ico gutunganya ivyiyumviro ariko
atarico kibishira mu ngiro (raba kuri article ntibuka neza
mu za nyuma).
N B: Nyarutsa mukosore ningoga muce mubindungikira
vuba. Komera.
En date de : Jeu 16.7.09, ahmed nyotori
<[email protected]>
a écrit:
De: ahmed nyotori <[email protected]>
Objet: CONFIDENTIEL
Â: "gerase ndabirabe" <[email protected]>
Date: Jeudi 16 Juillet 2009, 19h17
Bwana Gérase Amakuru,
Hewe nashaka kukuramutsa.
Naraguterelefonye
ndakubura.Umugambi
ubu rero uri tiyari
kabisa.Nk'uko nakubwiye rero Irmina azoza iyo vers le
22/o7/2009.Nanje
nzoba ndiyo ariko kubera abansi bakaka
ntanumwe nshaka ko ibica n'ikanda.Nashaka
kumenya ko
ariho uzoba uri dans la semaine du 27/07/2009.IGIKURU
MURI
IRYA DOSSIER NUGUSABA KO MWOTWOROHEREZA AGREMENT.IBINDI
TUZOBIVUGANA NSHITSE IYO.Ahandi mba naje kera n'uko
akazi kagumye kamfati
Re: confidcntiel!!!!!!
Jeudi 27 AoOt2009 18h29mn 375
De:
Cet ~It@ur
a o!téCt!rtif!~ Damal"K,,,, "
'.~mi'd ny<>!àri~,,<nY.OtOrjah(l)edC!>y~hoo.fr>
AI""terl'~ol!dllèurdan5I,Ùonl~
En date de : Jeu 2.7.09, ndabirabe
<[email protected]>
a écrit:
",'
gelase
De: ndabirabe gelase <[email protected]>
Objet: Re : confidentiel!!!!!!

Documents pareils